ibijanye no kwiyunguruza, uburyo bwo kwiyunguruza
le transport

kiRundi English français
kw-āmbuka, ku-nyura travel, trip le voyage
in-gēnzi, iny-āmbukīra,
umw-āmbukīra / ab-āmbukīra
traveler(s) voyageur(s)
iki-buga c'indege airport l'aéroport
in-dēge [Swahili] airplane(s), aeroplane(s) avion(s)
umu-jēnāma, umu-janāma le steward
kajugujugu helicopter l'hélicoptère
ic-ōmba / ivy-ōmba ship(s) navire(s)
ubg-āto / am-āto boat(s) bateau(x)
igi-pānde / ibi-pānde [Swahili] ticket(s) billet(s) de transport
i-gāre ya mōshi le train
ama-yirabiri crossroads le croisement, le carrefour
i-rāngo / ama-rāngo,
i-barabara / ama-barabara,
umu-haruro / imi-haruro
road(s) route(s)
i-rāngo / ama-rāngo,
in-zira
path(s) chemin(s)
i-kamyo truck, lorry le camion
i-bisi bus l'autobus
umu-shoferi,
uwutwara umu-duga
driver le chauffeur, conducteur
umu-duga / imi-duga car(s) voiture(s), automobile(s)
ahā-ntu bakorera imi-duga le garage
i-moteri motor, (engine) le moteur
igitoro gasoline, (petrol) l'essence
i-gāre / ama-gāre,
i-kīnga / ama-kīnga [Swahili]
bicycle(s), bike(s) bicyclette(s), vélo(s)
uru-bangāngwe / imi-bangāngwe wooden wheel(s) roue(s) en bois
n'amaguru by foot, on foot à pied