umw-ānya, iki-bariro, igi-he, ama-ngo
time : le temps

kiRundi English français
gu-terama, ku-rīnda, ku-ba māso watch l'horloge, la montre
i-saha / ama-saha hour(s) heure(s)
la minute
second la seconde
igi-tōndo, aga-tōndo, aga-huru morning le matin, la matinée
isaha sita, ama-shōka,
ku mamina ngohe
midday, noon midi
umu-si / imi-si day(s) jour(s), journée(s)
inyuma ya sasita, ku muhingamo afternoon l'après-midi
umu-gorōba evening le soir, la soirée
i-joro / ama-joro night(s) nuit(s)
igi-cugu midnight minuit
hīrya y'ējo day before yesterday avant-hier
ejo yesterday hier
uyu mu-si today aujourd'hui
ejo tomorrow demain
hīrya y'ējo day after tomorrow après-demain
ic-ūmwēru / ivy-ūmwēru, i-yīnga / ama-yīnga week(s) semaine(s)
uru-husha / imp-husha,
iki-ruhūko / ibi-ruhūko
rest, vacation, holidays le repos, les vacances
ukw-ēzi / am-ēzi month(s) le/les mois
umw-āka / imy-āka year(s) an(s), année(s)
umū-si w'icibukiro
ushika rimwe mu mwaka
birthday, anniversary l'anniversaire
Christmas! Noël
Pasika Easter Pâques
im-pāno, in-gabire gift, (present) le cadeau


kiRundi English français
im-bere, mbere before avant
inyuma, hanyuma after après
ubu, ubuho, none
ubu-nyene, non'aha
now
right now
maintenant
tout de suite
kare early tôt
hanyuma late tard
nta ho, ata ho never jamais
na ntāryo always, forever toujours