igi-harūro
numbers : les chiffres, nombres

kiRundi English français
0 im-burūngu, ubu-sa zero zéro
1/2 igi-ce, igi-curi, igi-hīmba half demi, la moitié
1 rimwe one un, une [m,f]
2 ka-biri two deux
3 ga-tatu three trois
4 ka-ne four quatre
5 ga-tānu five cinq
6 ga-tandatu six "
7 i-ndwi seven sept
8 u-munāni eight huit
9 i-cēnda nine neuf
10 i-cumi ten dix


kiRundi
11 cumi na rimwe
12 cumi na kabiri
13 cumi na gatatu
14 cumi na kane
15 cumi na gatānu
16 cumi na gatandatu
17 cumi n'indwi
18 cumi n'umunāni
19 cumi n'icēnda
kiRundi
20 mirong'ibiri
30 mirong'itatu
40 mirong'ine
50 mirong'itānu
60 mirong'itandatu
70 mirong'indwi
80 mirong'umunāni
90 mirong'icēnda


kiRundi English français
100 i-jana hundred cent
1 000 igi-hūmbi thousand mille
1 000
000
i-miriyoni million "