irāngi : color : la couleur

  kiRundi English français
  aka-gâjo beige "
  c'umu-gina, c'akaga, c'inzobe, ibi-hogo brown marron
  umu-fyīri black noir
  uru-vūzo, (uru-hīza) grey, gray gris
  cera, kwera white blanc
  umu-hōndo yellow jaune
  gusa n'agahama pink rose
  umu-tugutu orange "
  gutukura red rouge
  aga-fyīri, umu-fyīri, umu-kata, c'ubururu blue bleu
  aka-ātsi gatoto green vert