in-dya, imfungurwa, ibi-fungurwa
food : la nourriture

kiRundi English français
Akayabagu! Enjoy your meal! Bon appétit !
in-zara, (i-sari)
iki-za, iki-goyi, ama-pfa
hunger
 
la faim
la famine
gu-sōnza to be hungry avoir faim
i-nyōta, (i-shārara) thirst la soif
ku-nyoterwa to be thirsty avoir soif


kiRundi English français
aka-bindo napkin la serviette (de table)
i-sahāne, i-sahāni [SWAHILI] plate l'assiette
iki-yīko
aka-yīko k'icāyi
spoon
teaspoon
la cuillère
la petite cuillère
i-kanya, i-furusheti fork la fourchette
im-bugita, im-buguta knife le couteau
i-cupa [Swahili] bottle la bouteille
iki-rahure, iki-rahuri [Swahili] glass le verre
urw-āto, igi-kōmbe cup la tasse
i-bakure, aka-bakure [Swahili] bowl le bol


ikinyobwa / ibinyobwa
drink(s) : boisson(s)

kiRundi English français
i-supu soup la soupe
ama-zi water l'eau
umu-tobe w'ivyāmwa
umu-tobe w'inanasi
umu-tobe w'imicūngwa
fruit juice
[pineapple]
[orange]
le jus de fruit
[ananas]
[orange]
inz-ōga
urw-ārwa, urw-āgwa
impeke, indimwa
beer
[banana]
[sorghum]
la bière
... de banane
... de sorgho
im-birika tea kettle la bouilloire à thé
imisabiko herb tea la tisane
ic-āyi
ic-āyi c'indimu
tea
lemon tea
le thé
... au citron
ibi-rika y'icayi teapot la théière
kakawo cocoa le cacao
aka-wa, aga-hawa coffee le café
ibi-rika y'ikawa coffeepot la cafetière
ama-ta milk le lait
umu-kamyi milkman le livreur de lait
urubu yoghurt le yaourt


kiRundi English français
ama-vuta butter, oil le beurre, l'huile
i-sosi
i-sosi y'itomati
la sauce
la sauce tomate
akamoteshandya,
uturyohozandya tubaba
spice l'épice
i-piripiri [Swahili] pepper le poivre
umu-nyu salt le sel
aga-shinguramunyu salt cellar la salière
iri-gi, (i-gi)
ijisho ry'irigi
egg
fried egg
l'œuf
... frit
i-fu, (ubu-fu) flour la farine
ubw-oko ba'amakaroni noodles, pasta les nouilles, pâtes
umu-kate [Swahili], umu-tsima bread le pain


imfungurwa zisosa baherezako
le dessert

kiRundi English français
i-kerepe French pancake la crêpe
i-gato cake le gâteau
uru-bu, uru-koko cream la crème
i-konfitire,
umu-tsama w'ivyamwa
jam la confiture
ub-ūki honey le miel
i-sukari sugar le sucre
umu-sigati, umu-sumba,
igikaju
cane sugar le sucre de canne
im-bombo sweet / candies les bonbons
iki-guzi, igi-cīro price le prix
kizimvye expensive cher
kizimbutse cheap bon marché